Amashengero Rukristo y’ Imana
[077]
Ukwezwa kw’Amahanga
(Ivyasohowe
2.0.20060425 -20080126)
Mubihe vy’ iherezo hariho ugucika intege mu
mahanga, kukiringo c’ukubazana hafi n’ Imama hamwe n’ isi nzima yiteguriye
ukuganza kwa yesu kristo. Iminsi y’ iherezo hazoboneka ukwezwa mu maraso kw’
ishengero no mubikorw vy’amez indwi ya mbere.
Christian Churches of God
E-mail: secretary@ccg.org
(Copyright ă 2006, 2008 Wade Cox)
(Tr. 2008)
Izinyigisho zirashobora guhindurwa k’ubuntu no gutangwa kumategeko yuko
zishobora guhindurwa nkuko zimeze atakugabanywa canke guhindurwa ukundi. Izina
ry’umwanditsi n’ibimuranga bitegerezwa kwubahirizwa n’ukwerekanwa .Ntakiguzi
canke itangishwa ry’amafaranga mugihe c’ugusubiramwo zino nyigisho cnke mugihe
c’ugukwiragiwa mumajambo magufi zirashobora gusubirwamwo mumashuri no
gusobanura utarinze gukurako ububasha n’uburenganzira.
Izinyigisho
urashobora kuzisanga muri bwaburyo bwa internet
http://www.logon.org
na http://www.ccg.org
Ukwezwa kw’
Amahanga
Muribi vyanditswe turaza gushimikira kutumanyagu tw’ i Yubile no mugihe cayo iyi kandi nayo nyene yerekana ibihahruro vya Omer kuva kuri Pantekoti gushika kuminsi y’ amashikwanwa. N’ igihe c’ imyaka mirongo itanu y’ I Sabato indwi nziza arizo zisanze mu biharuro vya Omer. Vyerekana Mpwemu Yera yari mumuntu be n’ ubuzima bw’ Umuntu muri rusangi vyaguye mumyaka mirongo ibiri no mu myaka mirongo irindwi yahawe.
Katika nakala hii
tutazingatia mabaki ya Jubilee ya kizaza na hata muda wake Jubilee hii pia
humulika hesabu ya Omer toka pentekosti hadi siku ya zaka. Ni muda wa miaka
hamsini ya sabato saba bora ambazo zimejikita katika hesabu ya Omer. Inamulika
roho mtakatifu iliyokua ndani ya mwanadamu na maisha ya mwanadamu kwa jumla
inayoanguka kati ya miaka ishirini na miaka sabini aliyokabidhiwa.
Umwaka wa 2006 (canke 29/120 yarashikije imyaka ya nejereje canke urugendo rweranda rw’ Ishengero nkuko ukwezwa kw’abatoranijwe canke kandi kw’ amahanga nk’ikimenyetso canyuma c’umugambi w’ Imana.
Turengana ukwezwa dtangura Abibu ya mbere n’ukwezwa kw’ Ishengero. Abibu y’ indwi turafise ukwezwa kWA barya basanzwe kandi kurico gihe habaho amasengesho yo kwisonzesha. Uminsi indwi ikurikira uturongora kwifunguro ry’ Umwami ariwo ukwezwa kw’umuntu ubwiwe n’ Ishengero arasenga biciye muri Yesu Kristo ikurikijwe n’ umunsi wa mbere mweranda n’umunsi wa mirongo ibiri n’umwe n’ umunsi wa nyuma mweranda w’ umukate udafyonyowe.
Uburyo buri muminsi indwi indwi – 7, 7, 7 n’iyo ingana n’imisi mirongo ibiri numwe. Ikintu cose dukora buri mwaka kandi ikintu cose tuba dukora buri mwaka mugihe kirere Kristo ndashobora kucibagira. Mumytaka amajana yarenganye ntiturashobora gutahura kino kintu. Twaratahuye inge Pasika yateguwe mugabo s’Ukwezwa. Ico ciyumviro caratakaye kubanye shengero ngo mumyaka mirongo ibiri canke mirongo itanau.
Ubuzima bw’ I Yubile kuva kuriya myaka yarenganye kuva muri 1977/8 ifundikwa mumyaka y’ ISabato (ihuza gusoma amabwirizwa = 1984, 1991, 1998, 2005, 2012, 2019 hamwe na 2026, 2027 n’ imyaka ya Yubile: I yubile y’ Uyumwaka niy ‘imyaka ijana na mirongo ibiri kuvaho itongo fya Edeni ryugariwe no kuvumwa kw’isi.
1984 yari Isabato ya mbere kuva ukuvuka kw’ I Yubile no muriyo Sabato yatanguye guhimbazwa muminsi yanyuma yatanguriye guhimbazwa 1987. Uwo niwo warumwaka wa mbere wegerezwe kururu ruvyaro rwa nyuma hafi rw’ imyaka mirongwine kuva 2027,1997 nimyka mirongo itatu kuva mu 2027 kandi n’uruvyaro gishasha. Iyo myaka niyo kristo yatanguye kuvuga yuko itazorengana ubuvugishwa bw’ ivyavugishijwe vyose bitarashika. Ico nigihe aho Ishengero rya tegerezwa gusuzumwa. (raba Measuring the Temple (N° 137). Kuva 1987 Yozefu W.Tkach, w’ Ishengero ry’ imna w’ isi yamenyesheje hose ko Isjesengero ririko rirasuzumwa. Iryo jambo ryari iryukuri kandi murico gihe niho twari turi murico gihe.
Igihe c’ ukuva 1987 ugusuzumwa kw’ ishengero ryaratanguye. Ryara bandanije gushi ka umwaka w’ isabato wa 1991 gushika kukiringo gikurikira 1997 arikwo kwabaye intango y’ ikiringo c’ imyaka mirongo itatu y’ umubabaro. Kuri musa kwabaye ijambo ry’ umwaka umwe userukira umunsi umwe (kuva muri 1997 gushika 2027). Ukwo kwabaye ubwanyuma bw’iminsi yo mw’isi. Uku gupimwa kw’ ishengero kwa zanywe ubwanyuma bw’ uruvyaro rw’ amahanga.
Mu mwaka wa gatatu w’ico kiringo, 1994 CCG yarahimbajwe. Intango nshansha bijanye n’ugutata Kwa bandanije kuva mumwaka wa gatatu buri gihe.
Twarabandanije gusohoka gushika mumwaka wa Adar 2006 arikwo kwabaye igihe c’ imyaka cumi nibiri. Umwaka wa cumin a kabiri wari umwaka w’ uburongozi bwa bakozi b’ Imana. Nkakurya Lewi yari mu burongo bwa tama cumi na batatu kubwivyo nivyiza kukimenyetso cari kijanye n’uguhangana k’ uburongozi.
Tuliendelea kutoka 1994 mpaka mwisho wa Adar 2006, ambayo ilikuwa kipindi cha miaka kumi na mbili. Mwaka wa kumi na miwili ulikuwa ni mwaka wa uongozi, amri na mtindo. Mwaka wa kumi na tatu bila shaka ni mwaka wa uongozi wa washirika wa Mungu. Kama vile Lawi alivyokuwa mamlakani mwa tabaka la kumi na tatu na kwa hivyo ni sawa na nambari inayoambatanishwa na upinzani wa unyakuzi wa mamlaka.
Mu gihe ca Pasika yumwakawa 28 canke 2005 Ubumwe bw’ Ama Leta ya Churchilionywa zimawe kuba zari tandukanije. Baramenyeshejwe kuburyo bwumvikana kutagira ibitero kw’ishengero muruyo mwaka wa mu burarukomwa Meriani hariho intumbero y’ugusenyura ishengero. Baramenyeshejwe yuko ivyo nivyo vyari bikenewe ku bakuru ba komite bari basigaye kuburongozi.
Uwarwanya wese yarashigikiye ko ariko vyomera vyaciye biba gurtyo nyene Kumunsi mukuru wa Pasika vyari ngombwako habaho impwemu mbi yategerezwa kwinjira mw’ Ishengero kandi hariho impwemu y’ibikoko idategerejwe kubaho mw’Ishengero. Abariho barafashwe ibicapu vya ma foto kugirango bize biboneke ko batazosubira kuba mw’ Ishengero kuwundi munsi Mukuru ukurikira No kurizo nsobanuro abantu ntibabifashe nkankama. Abantu benshi barahanywe no kureka ishengero no kuri vamwo ku mpwemu y’ukudahuza.
Ico gikorwa ca teguriwe Pasika mugabo Imana ntiyavyemeye kugirango ivyo bisubire bikoreke kumunsi wa Pasika. Yarategetswe kubwiriza kwa Abibu ya 1 kandi aca atanga ubugingo bwiwe kuri Abibu ya 7. Kubwivyo Abib ya 1 ya 29/120 umwaka wa 2006 barashinze ingingo vyamenyekanijwe nk’ inginogo za Korahita.
Twarabonye mu ntango z’umwka wa cumi na gatatu wa rumwaka w’ uburongozi n’ukutumvikana nk’ingene vyari bimeze kubatama cumi nabatatu na Lawi wa barya batama cumi nabatatu bari b shikije ubuherezi Nkabanyeshengero dukoranya igikorwa c’ubuherezi muriyo ntwaro nyene. Niho mumwaka wa 2006, ukutumvikana kwatwangura hiyo mwishengero ryo mubuseruko hiyo muri Leta z’ Ubumwe bw’Amerika no gushiraho amategeko muri Abibu ya 1 ica irarangira muri Abibu ya 7. Imana ntiyari kmwemera yuko Pasika ihimbazwa hakiri ukutumvikana mw’ Ishengero.
Abibu ya 1 ntiwari umunsi wa mbere w’ ukwezwa wa 2006, umwaka wa 29 y’ umwaka wa 120 w’ I Jubilee. yatanguye n’ ukwezwa kw’ Ishengero ry’ Imana y’ umunsi wa nyuma. Yatanguye imyaka mirongo ibiri ibiri n’ umwe yamaze gushika 2012, 2019 hamwe na 2026 niyo izoba umwaka w’ I Sabato imbere y’ iYubile. Yubile izoza mukanya gato mugihe umwaka utangura .
Kuva munzira vyemeza ukwezwa kw’ ishengero kuvuye munzira bitumbereye Pasika ya 14 ku riki gihe arico ca 2019. Yesu Kristo azoba ari kwisonga mugihe hazoshika 2019 kurico gihe niho Yesu Krist azofata uburongozi bw’isi yose n’ ukweza amahanga yose azozanwa mugihe c’ impemburo no mugihe c’ ihamagarawa kumubatizo murubwo buryo.
Iyo nzira y’ ukubandanya isaba ibintu bibiri gukoreka. Guhinduka kwa Yuda n’ uguhinduka Kwa Abasilam biciye muburyo bubiri. Ubwo buryo buzoba uburyo cumin a bubiri kandi ubwo buryo cumin a bubiri buzoba uburyob mirongo ibiri na bune aribwo buzoba ubukuru bw’ intwaro y’ Imana. Ubwo buryo ni mgombwa bukoreke niho rero imiyaga mibi izofata igihe kirere y’ukugerageza gusenyura ishnegro kandi niho rizohurirna n’ ibibazo na cane cane muruyi myaka yafashwe nkangama neza ati nimwihane mwumvikane na B’Abayuda nab a Isilamu. Ntarindi shengero rizoshobora kuvugana nab.
Amategeko y’ Amashengero y’
Umwami mu kinjana ca mirongo ibi
Mumashengero yose y’ Imana yarafise uburyo bwo kurangura igikorwa mumwidegenvyo muriki kinjana ca mirongo ibiri, ishengero ry’ Umwami ntiryakoze igikorwa caryo nkuko bijanye na Bibliya hanyuma ryaciye ryonona Amategeko y’ Imana kuri ubutariani
Muriyo minsi canke “ Sardis” Herbert Armstrong ntiyari gushira amategeko ahagije mucigw ca korani turavye mgice ca 30,31,32 hamwe na 33 turabona ivyo Imana itegeka muribimwe vyo kwizera no kuzuka kwa bapfuye. Uburyo bw’ Ishengero ry’ Umwami mu kinjana ca mirongo ibiri ntihigeze kubaho ubushobozi bw’ ikirene canke irobo imwe ya sayiri. Kubwivyo Imana ntiyari gushobora kubarungikira.
Niho rero Imana itashoboye kubarungikira mugabo bakaba bararonse amafaranga hiyo muri Leta z’ unzubumwe na Amerika kuri barya ba Bapentekoti. Kubwivyo baca bahitamwo guta amategeko y’ ishengero bamaze kuronga ayo mafaranga avuye ku ba pentekoti bo muri amerika. Ico twabonye kandi dusanga n’uko murivyovyose umuryango w’ abami bo muri arabiya sawudite baganje igitondo ca amerika kandi na bashinwa baganje igice kinini cane.
Igikoreka nuko abantu bazoshikirwa n’ amatyegeko ya Bibliya akwiriye. Tuzotanga ubwo buhamya bujanye na kurani mumyaka indwi ikurikira. Niho rero intambwe izofatwa izoba ariyo kwonona Ishengero n’ abarongozi baryo.
Ukweza
Ukwezwa kwa barya basanzwe kuva mu myaka yindwi canke 2012 umwaka w’ indwi canke umwaka w’ Isabato mubihe vy’ imyaka y’uguhagurukamuminsi ariyo n’ uburyo buhagije cane.
Turashobora kubona ivyabona murico gihe (Raba The Witnesses [135]. Kuva kuri Pasika ya 2012 gushika umunsi w’ inzamba hariya 2015 izokwemeza ikiringo c’ iminsi 1263 ˝ muri kurya guharura kw’umwaka ku munsi. Iminsi ya Abibu ibaryamika mumwaka wa 2015 Kristo yinjiye munzira ya wenyene hariya I Yerusalemu muminsi y’ uguhimba Pasika n’ Umwagazi w’ intama. Twiufuza kuzo shingira intahe urupfu rwiwe n’ivyabona be n’ ukugaruka kwa Yesu muri kirya gihe c’ ukuboiroga gushika mu 2019.
Igikorwa c’ Ishengero gitegerezwa kuba categuwe gushika mu 2012. Dutegerezwa kwemeza yuko ubutumwa b wiza bwa vuzwe hose gushika umwaka w’ Isabato wa 2012.
Ivyo vyabona bibiri barakora igikorwa cavyo n’ukumurikira neza. Turazi neza ko atamuntu numwe yoba azi umunsi canke igihe ariko ico tuzi n’uko hariho umunsi 1263 ˝ hagati y’ iminsi y’ ivyabona no mugihe c’ ukugaruka kwa Yesu. Twiteze kuba 2015 (nko mumwaka wa cumi murubwo buryo) Guserukira ukwinjira kwa Kristo I Yerusalemu nkuko yaciye munsi y’ ibisambisambi vy’ ibibobo ahetswe n’ indofgoba iyo 30CE. Dusuzumye ukugaruka kwa Kristo bijanye n’ubuvugishwa ningombwa dufate aruko Imana azo kurikiza ikiranga minsi ciwe nkuko yabigize mu binjana vya kahiste vyo mubihumbi. Niwe akurikiza inzira yiwe y’agakiza.
Kubwo kwizera ivyo vyose turabikurikiza nkinzira n’ umugambi w’ Imana w’ agakiza. Twarafashe nkakama iminsi mikuru y’ uguhimbaza n’iminsi myeranda ng’ igice c’ ikiranga minsi c’Imana kandi barabaye gurtyo mu myaka 6000 yarenganye. Umugambi w’ agakiza washizwe ho bijanye n’ ikiranga minsi c’ Imana. Nimba mu gushitsa ntashobora kukijugunyira kure mu myaka Kristo ashobora guhangana n’ isi nzima kuva 2019 gushika 2027 na twe twese tuzoibaho muvyo kuragwa kwacu ni hashika 2028.
Umugambi wimyaka cumi nitatu mukubandanya kw’ishengero gushika ku myaka wa cumin a gatnu nki myaka itatu y’ubuntu murjuyo mwaka tuzoba dutegereye ibikurubikuru. Hariho birya bizobaho n’ ukubandanya Guhamwa kw’ ishengero n’ abarongozi baryo bizobandanya baidusaba ko two bimenyera kandi ko twitegurira iryo hamwa.
Lazima tuhakikishe kuwa tumefika 2012 na sheria zote na kwa mtu yeyote apendaye. Iwapo mashahidi watakuwa kusoma amri ifikapo 2012, jinsi tunavyodhania tunawezafuata yote tuliyaombiwa.
Ivyo nivyo kwitegurira vy’ Uguhimbaza umunsi mukuru w’ imikate itagira umwambiro. Ibuka Yahoshuwa yarahavugiye na Kristo yarinjiye Isirayeli iyo I Gilgali na buri Umunya Isirayeli wese yara kebge imbere ya Pasika. Ico cari igihe c’ ugukebga. OIvyabona bizohangana n’ umugenzo wiyo hagati ya 2012 na 2015 hanyuma gusohoka 2015 gushika 2019 n’ imyiteguro munsi ya Masiya.
Uguhimbaza kw’ umukate utagira umwambiro n’ugutituka kwa mahanga. Raba iminsi ind wi ugusenyuka kwa Yeriko muvyanditswe. The Fall of Jericho [142]. Umunsi ugita indwi w’uwo mugenzo uwo wose warasenyutse impera yawo y’uguhimbaza umunsi mukuru w’ umukate utagira umwambiro. Umusni mweranda w’ umunsi wa nyuma y’ umukate utagira umwambiro ari 2026 ariwo umwaka w’ isabato munyuma w’ I Yubile w’ ijana na mirongwibiri.
Icabona ca Kabiri
Icabona cakabiri kiboneka mukwezi kwin di. Hariho iminsi mirongwibiri n’ umwe kandi ngo yaratanzwe murubwo buryo nyene. Ibi vyagarutse mukugaruka kwa Mesi ya n’ umuhererzi Mukuru Mesiya wa mbere n’ Umwami Mesiya wa kabiri. Impamvu kuvyanditswe Atonement [138] na Azazel and Atonnement [214] Umunsi w’ Inzamba gushitsa kukiringo c’ ukugaruka. Hariho iminsi cumi imbere y’uko babuza arico gihe c’ugusubizanya na sayari ku Mana. Iminsi ine ikurikira bizogusoika muguhimbaza kw’ ishikanwa.
Ubu buryo bukurikirana n’ igihe c’ iminsi cumi nine. Ijambo ry’ ishikanwa rya Kristo natwe turerekana ko hariho ukutumvikana murico gihe aho kanta izoba yaramaze gutwarwa kuri Kristo kuva kumunsi wuguhimbawa hanyuma yahoo isi yose izoba yazanywe imbere kugucibwa urubanza. Kuva kumunsi wa cumi 2015 ntihazobaho kwihana kukuzuka kubwivyo hazobaho ugusubira kw’ ibihe gushika 2027 kandi bizoba gurtyo umuntu wese azokwizigira izuka rya kabiri.
Mtindo huu unafuata kipindi cha siku kumi na nne. Jambo la dhabihu la Kristo nasi yaonyesha kuwa kuna mavurugano katika kipindi hicho ambapo kanta tayari ishapelekwa kwake Kristo kutoka siku ya kutakazwa, halafu kutoka hapo dunia nzima italetwa katika hukumu. Kutoka siku ya kumi 2015 hakuna kamwe kukiri ufufuo. Kwa hivyo kama kumbukumbu ya wakti hadi itakapofika 2027 na itakuwa hivyo mpaka 3027, ambapo kila mtu atategemea ufufuo wa pili.
Ivyo vyabona bibiri mugihe bazokwicwa abantu bazo himbara ahantu hose ntibazokwitaho no kubahamba kuko tuzi ingene abantu bazovugishwa kuribirya vyabona kubera ukuzuka kwa Kristo.
Bigisha uburyo bw’ idini rya ruKristo gusumvya irya Isilamu kandi kuruta ningendo yo mw’isi. Bazozivya iyi sayiri n’uguhangan nayo nimba bazoreka gurtyo nimgombwa umuntu wese azopfa bazosinzira hanyuma bazovyuka canke kunzuka inyuma y’iminsi itatu canke inyuma y’iminsi itatu ninusu muminsi itatu yaburi muntu uko turashobora kuvuga uburyo Kristo yapfuye no kuezuka niko tuzobaho. Uwowese azosigara ari muzima bazoshirwa hamwe mwizuka rya mbere kuba elohim Uku nukuzuka kwa mbere tuzogenda I Yerusalemu no kubana na Kristo ibihe bitazoshira.
Ico gihe kizoshika uzoba uri inyuma yigihe cane kandi nigice kinini c’ isi kizorira kandi murico gihe nta mwanya uzoba uhari kandi bazoba baramaze gufata umwanya wabo naniho batazoronka kandi umwanya kugeza muyindi myaka 1007 Bazofata ico gihe c’amagorwa batari bwigere babona.
Igihe c’ ukuva 2015 gushika 2027 uzobona izuka rya Isirayeli n’ ukwezwa kw’ isi nzima. Uguhimbaza kw’ ishikanwa iserukirwa n’ amahoro ku Mana. Ihimbazwa ry’ imikate itagira umwambiro iserukirwa n’ uguhanugurwa kw’ icaha kw’ isi no gusubiza ihanga ry’ Imana ku Mana ahahiro hose. Igihe c’ ihimbazwa cabatoranijwe kingana n’ iminsi yanyuma n’ igihe cabo.
Umunsi wa cumin a kane Abibu userukira igihe ca nyuma c’uguhinduka kwa Yuda nugukebwa kwiwe iyo I Giligali n’ ubwagakiza kuri bose nkuko vyaserukirwa na Rahabu na nyuzi kubisigarira vy’ ibihome vya Yeriko. Agakiza karagoye kwemeza kabe ako muri mpwemu canke ako můumubiri. Uguteba kwu zuka kwa mbere gusigira abantu guhin duka kumunsi w’ihererzo.
Mugihe bitazoba biboneka guhinduka kwa kw’ I bu Yuda kugirango bahimbaze insi nyeranda nihagera 2019 bivanye n’uko gusomwa kw’ivyagezwe iyo 2019 amahanga azotongorwa kubera igihano c’ Imana (Raba Ivyanditswe the Seven Seals [140] hamwe na The Seven Trumpets [141].
Iyo minsi myeranda n’uguhimbaza yu kwezi kwind kuzo murika umunsi wa 21 y’ ukwezi kwa mbere, ariko izomurikira canke izo suzuma kirya kinjana. Umunsi wa mbere w’ ukwezi wa cumi n’indwi irashobora nawo nyene kuza kwa Mesiya bifatanye n’ inzamba z’ abamarayika cumi inyuma yugushika kwiwe hariya 2015. Ikinjana gitangute hagashika ukwezwa iyo 2026 kandi kikazobandanya gushika 2027.
Ubwo buryo bw’ imyaka buzo bandanya kuva 2028 gushika kumunsi wa nyuma bizovana n’ ikinjana n’ ukuzuka kwa nyuma kuva 3028 kubwivyo uko nikwo kwihenda kwa buri mwaka mubwami bw’ Imana mumashengero. Naho biruko turabona yuko ubwo buryo bubandanya gushika kururya munsi wa mirongo ibiri na rimwe z’ ukwezi kwa mbere.
Nimba bikurikirana neza kumpera y’ imyaka 21 kwa buri munsi wa nyuma. Ico nico dutegera yuko kirya kirimbere yacu imyaka 21 iza. Igikorwa cacu n’ ukwemeza yuko tudatakaza nikintu na kimwe kubujuju bwacu inzira iduhuza kikorowani na Bibliya nivyiza cane kugirango tubashingire intahe abaisilamu bari irobo rya wa sayari. Ntidushobora gufata nkankama ane ibikenewe ku bikorwa nkivyo.
Imana ntikora ikintu icaricocose naho kwoba arukubahanura abantu kubijanye n’abakozi na bavugishwa ni shengero ry’ Imana.
q